ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ariko sinzobikora ukiriho kubera so Dawidi. Nzobushikura umuhungu wawe+. 13 Mugabo sinzomushikura ubwami bwose+. Nzomusigira umuryango umwe+ kubera umusavyi wanje Dawidi no kubera Yeruzalemu igisagara natoye+.»

  • 2 Ngoma 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Abaherezi n’Abalewi bo muri Isirayeli yose baza kumushigikira bavuye mu turere twose babamwo.

  • 2 Ngoma 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Abantu bo mu miryango yose ya Isirayeli bafise umutima wo kurondera Yehova Imana ya Isirayeli, baciye bakurikira abaherezi n’Abalewi i Yeruzalemu kugira baze barashikanira ibimazi Yehova Imana ya ba sekuruza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika