-
1 Abami 5:13, 14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Umwami Salomo atuma muri Isirayeli yose kurondera abaza gukora ibikorwa vy’umwami+, haboneka abagabo 30.000. 14 Buri kwezi yarungika i Libani umugwi w’abantu 10.000. Baca bamarayo ukwezi kumwe, yandi abiri bakayamara mu ngo zabo. Adoniramu+ ni we yari ahagarikiye abahamagariwe gukora ibikorwa vy’umwami.
-