2 Samweli 3:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya mw’irembo kugira bavugane. Ariko aca amuzibura inkota mu nda arapfa+ kubera ko yishe mwenewabo* Asaheli+. 2 Samweli 3:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yowabu na mwenewabo Abishayi+ bishe Abuneri+ kubera yari yarishe mwenewabo Asaheli mu rugamba+ rwabereye i Gibeyoni.
27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya mw’irembo kugira bavugane. Ariko aca amuzibura inkota mu nda arapfa+ kubera ko yishe mwenewabo* Asaheli+.
30 Yowabu na mwenewabo Abishayi+ bishe Abuneri+ kubera yari yarishe mwenewabo Asaheli mu rugamba+ rwabereye i Gibeyoni.