1 Abami 11:30, 31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ahiya aca afata nya mpuzu nshasha yari yambaye ayitaburamwo ibipande 12. 31 Maze abwira Yerobowamu ati: «Tora ibipande cumi, kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ngira nshikure ubwami Salomo, nce ndaguha imiryango cumi+.
30 Ahiya aca afata nya mpuzu nshasha yari yambaye ayitaburamwo ibipande 12. 31 Maze abwira Yerobowamu ati: «Tora ibipande cumi, kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ngira nshikure ubwami Salomo, nce ndaguha imiryango cumi+.