ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 10:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Mugabo Yehu ntiyitwararitse gukurikiza amategeko ya Yehova Imana ya Isirayeli n’umutima wiwe wose+. Ntiyirinze ibicumuro vy’Abisirayeli, ivyo bakoze babitumwe na Yerobowamu+.

  • 2 Abami 17:21-23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Yashikuye Isirayeli ku muryango wa Dawidi, maze Abisirayeli bimika Yerobowamu mwene Nebati aba umwami wabo+. Mugabo Yerobowamu yatumye Abisirayeli bareka gukorera Yehova, abakoresha igicumuro gikomeye. 22 Nuko Abisirayeli baguma bakora ibicumuro vya Yerobowamu vyose+. Bagumye babikora 23 gushika Yehova abomoye bakamuva imbere nk’uko yari yarabivuze biciye ku basavyi biwe bose b’abahanuzi+. Abisirayeli bakurwa rero mu gihugu cabo, bajanwa mu bunyagano i Ashuri+, kandi ni yo bakiri gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika