ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Aroni n’abahungu biwe uze ubashinge ibikorwa vy’ubuherezi+. Umuntu wese azokwegera ahantu heranda atabifitiye uburenganzira* azoca yicwa+.»

  • 1 Abami 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Naho ivyo vyose vyabaye, Yerobowamu ntiyahevye ibintu bibi yakora. Ahubwo yagumye agena abaherezi bo gukorera mu bibanza vyo gusengeramwo, abatoye mu bantu basanzwe+. Uwubishaka wese yaramwemerera kuba umuherezi*, akavuga ati: «Niyibere umuherezi wo mu bibanza vyo gusengeramwo+.»

  • 2 Ngoma 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Abalewi barahevye ivyabo n’amatongo yabo yo kuragiramwo+ baza mu Buyuda n’i Yeruzalemu, kubera ko Yerobowamu n’abahungu biwe bari babakuye mw’ibanga ryo gukorera Yehova ari abaherezi+.

  • 2 Ngoma 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Mbega ntimwirukanye abaherezi ba Yehova+ bakomoka kuri Aroni, mukirukana n’Abalewi? Ntimwaciye mwishiriraho abaherezi, mukigana abantu bo mu bindi bihugu+? Uwo wese yazana* ishuri n’impfizi z’intama indwi, yarashobora guca aba umuherezi w’imana zitari zo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika