1 Abami 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umwami Salomo aca yishura nyina ati: «Kubera iki Adoniya umusabira gusa Abishagi w’i Shunemu? Musabire n’ubwami+ kuko ari mukurwanje+ kandi akaba ashigikiwe n’umuherezi Abiyatari na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.»
22 Umwami Salomo aca yishura nyina ati: «Kubera iki Adoniya umusabira gusa Abishagi w’i Shunemu? Musabire n’ubwami+ kuko ari mukurwanje+ kandi akaba ashigikiwe n’umuherezi Abiyatari na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.»