ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Muze munyubakire igicaniro c’ivu, abe ari co mutangirako amashikanwa aturirwa, ibimazi vyo gusangira* be n’ibitungwa vyanyu. Ahantu hose nzohitamwo ko izina ryanje ryibukirwa+, nzohabasanga ndabahezagire.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ahubwo muzoja gusengera Yehova Imana yanyu ahantu azoba yatoye mu miryango yanyu yose ngo hitirirwe* izina ryiwe yongere ahabe+. 6 Aho ni ho muzozana amashikanwa yanyu aturirwa+, ibimazi, ivy’icumi+, intererano+, amashikanwa yo gushitsa indagano, amashikanwa mutanga muvyishakiye+ hamwe n’ibitungwa bivutse ubwa mbere mu bitungwa vyanyu+.

  • 1 Abami 8:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 “Kuva umusi nakura abantu banje b’Abisirayeli mu Misiri, nta gisagara natoye mu miryango yose ya Isirayeli ngo bahubake inzu izokwama yitirirwa izina ryanje+. Mugabo naratoye Dawidi kugira ngo aganze abantu banje b’Abisirayeli.” 17 Dawe Dawidi yaripfuje cane kwubaka inzu yitirirwa izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika