Yesaya 65:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 kubera amakosa yabo no kubera amakosa ya ba sekuruza+», ni ko Yehova avuze. «Imbere ya vyose nzobaha impembo ikwiye*kubera ko bashikanye ibimazi ku misozi bigafumba umwotsi,bakangaya bari ku mirambi+.»
7 kubera amakosa yabo no kubera amakosa ya ba sekuruza+», ni ko Yehova avuze. «Imbere ya vyose nzobaha impembo ikwiye*kubera ko bashikanye ibimazi ku misozi bigafumba umwotsi,bakangaya bari ku mirambi+.»