15 Nayo ivyerekeye Rehobowamu, kuva ku ntango gushika kw’iherezo, biranditswe mu vyavuzwe n’umuhanuzi Shemaya+ be n’umuhanuzi Ido+ yavuga ivyo Imana yamweretse, bikaba biri mu nyandiko zivuga ivy’amamuko. Kandi hagati ya Rehobowamu na Yerobowamu hama intambara+.