2 Samweli 17:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Nayo Dawidi, aja i Mahanayimu+. Abusalomu na we ajabuka Yorodani ari kumwe n’ingabo zose za Isirayeli.
24 Nayo Dawidi, aja i Mahanayimu+. Abusalomu na we ajabuka Yorodani ari kumwe n’ingabo zose za Isirayeli.