ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Ariko Dawidi afata igisagara ca Siyoni gikingijwe ibihome, ubu kikaba citwa igisagara ca Dawidi+.

  • 1 Ngoma 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nuko Dawidi aja kuba muri ico gisagara gikingijwe ibihome. Ni co gituma bacise igisagara ca Dawidi.

  • 1 Ngoma 29:26, 27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Dawidi mwene Yese yaganje Isirayeli yose. 27 Yamaze imyaka 40 aganza Isirayeli. Imyaka 7+ yayimaze i Heburoni, 33+ na yo i Yeruzalemu.

  • Ivyakozwe 2:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Bagabo benewacu, nkundira ndababwire icese* ivyerekeye wa mukuru* w’umuryango Dawidi. Yarapfuye arahambwa+, kandi gushika n’uyu musi imva yiwe iri ng’aha iwacu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika