1 Abami 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: «Gendagenda mu gihugu, uje ahantu hose hari amasoko y’amazi no mu myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bikwiye vyo kugaburira amafarasi n’indogobwa*. Ahandiho ibitungwa vyacu vyose vyohona.»
5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: «Gendagenda mu gihugu, uje ahantu hose hari amasoko y’amazi no mu myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bikwiye vyo kugaburira amafarasi n’indogobwa*. Ahandiho ibitungwa vyacu vyose vyohona.»