2 Samweli 5:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dawidi yari afise imyaka 30 igihe yaba umwami. Amara imyaka 40 aganza+. 5 Yamaze imyaka 7 n’amezi 6 aganza umuryango wa Yuda i Heburoni. I Yeruzalemu+ na ho yamaze imyaka 33 aganza umuryango wa Yuda n’iyindi miryango yose ya Isirayeli.
4 Dawidi yari afise imyaka 30 igihe yaba umwami. Amara imyaka 40 aganza+. 5 Yamaze imyaka 7 n’amezi 6 aganza umuryango wa Yuda i Heburoni. I Yeruzalemu+ na ho yamaze imyaka 33 aganza umuryango wa Yuda n’iyindi miryango yose ya Isirayeli.