2 Abami 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Elisha aca amubaza ati: «Ndagufashe iki? Mbwira, ufise iki mu nzu?» Na we ati: «Jewe umusukukazi wawe nta kindi mfise mu nzu atari umubindi w’amavuta*+.»
2 Elisha aca amubaza ati: «Ndagufashe iki? Mbwira, ufise iki mu nzu?» Na we ati: «Jewe umusukukazi wawe nta kindi mfise mu nzu atari umubindi w’amavuta*+.»