ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:41, 42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Uwakiriye umuhanuzi kubera ari umuhanuzi, azoronka impembo y’umuhanuzi+; kandi uwakiriye umugororotsi kubera ari umugororotsi, azoronka impembo y’umugororotsi. 42 Ni ukuri ndabibabwiye, uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi yo kunywa apfutse kubera ari umwigishwa, ntazogenda ataronse impembo yiwe+.»

  • Luka 4:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ni ukuri ndabibabwiye: Muri Isirayeli hariyo abapfakazi benshi mu gihe ca Eliya, igihe ijuru ryugarwa hagaca imyaka itatu n’amezi atandatu imvura itagwa, ku buryo inzara ikomeye itera mu gihugu cose+. 26 Ariko nta n’umwe Eliya yarungitsweko muri abo bagore, ahubwo yarungitswe ku mupfakazi w’i Zarefati mu ntara ya Sidoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika