2 Abami 4:19, 20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Aguma abwira se ati: «Umutwe uranyishe, yoo umutwe uranyishe!» Se aca abwira umusuku wiwe ati: «Mutware kwa nyina.» 20 Uwo musuku aca aramutwara, amushira nyina. Nya mwana aguma ku bibero vya nyina gushika sasita, aca aracikana+.
19 Aguma abwira se ati: «Umutwe uranyishe, yoo umutwe uranyishe!» Se aca abwira umusuku wiwe ati: «Mutware kwa nyina.» 20 Uwo musuku aca aramutwara, amushira nyina. Nya mwana aguma ku bibero vya nyina gushika sasita, aca aracikana+.