1 Ngoma 22:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ehe uzovyara umuhungu+. Azoba mu mahoro* kandi nzomukiza abansi biwe bose bamukikuje, abeho yitekaniye+. Ni co gituma azokwitwa Salomo*+ kandi mu gihe ciwe nzoha Isirayeli amahoro no gutekana+.
9 Ehe uzovyara umuhungu+. Azoba mu mahoro* kandi nzomukiza abansi biwe bose bamukikuje, abeho yitekaniye+. Ni co gituma azokwitwa Salomo*+ kandi mu gihe ciwe nzoha Isirayeli amahoro no gutekana+.