1 Abami 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Umwami Dawidi yari ashaje+, ageze mu zabukuru. Bari basigaye bamupfuka impuzu mugabo ntasusuruke. 1 Abami 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, baronka Abishagi+ w’i Shunemu+. Baraheza bamuzanira umwami.
3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, baronka Abishagi+ w’i Shunemu+. Baraheza bamuzanira umwami.