2 Samweli 20:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yowabu yari umukuru w’ingabo zose za Isirayeli+, Benaya+ mwene Yehoyada+ na we akaba umukuru w’Abakereti n’Abapeleti+. 1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.
23 Yowabu yari umukuru w’ingabo zose za Isirayeli+, Benaya+ mwene Yehoyada+ na we akaba umukuru w’Abakereti n’Abapeleti+.
5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.