2 Samweli 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 kuva igihe nagena abacamanza+ kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli. Nzogukiza abansi bawe bose+, uronke amahoro*. Kandi jewe Yehova nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*+. Ni jewe Yehova ndabikubwiye. 1 Ngoma 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 kuva igihe nagena abacamanza kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli+. Nzotsinda abansi bawe bose+. Kandi jewe Yehova ndabikubwiye: nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*.
11 kuva igihe nagena abacamanza+ kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli. Nzogukiza abansi bawe bose+, uronke amahoro*. Kandi jewe Yehova nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*+. Ni jewe Yehova ndabikubwiye.
10 kuva igihe nagena abacamanza kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli+. Nzotsinda abansi bawe bose+. Kandi jewe Yehova ndabikubwiye: nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*.