Gusubira mu vyagezwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Muze mushireho abacamanza+ n’abarongozi mu muryango umwumwe wose mu bisagara vyose Yehova Imana yanyu agira abahe, kandi bategerezwa gucira abantu imanza zigororotse.
18 Muze mushireho abacamanza+ n’abarongozi mu muryango umwumwe wose mu bisagara vyose Yehova Imana yanyu agira abahe, kandi bategerezwa gucira abantu imanza zigororotse.