2 Samweli 8:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Benaya+ mwene Yehoyada ni we yari arongoye Abakereti n’Abapeleti*+. Abahungu ba Dawidi na bo bari abakuru mu nzego*. 1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya. 1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.
18 Benaya+ mwene Yehoyada ni we yari arongoye Abakereti n’Abapeleti*+. Abahungu ba Dawidi na bo bari abakuru mu nzego*.
8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya.
5 Umukuru w’umugwi wa gatatu w’abakora mu kwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.