Gusubira mu vyagezwe 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+. Ntukipfuze inzu yiwe, itongo ryiwe, umushumba wiwe w’umugabo canke w’umugore, impfizi yiwe, indogobwa yiwe canke ikintu ico ari co cose ca mugenzawe+.” Habakuki 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Aragowe uwuronderera umuryango* wiwe inyungu mbi,kugira yarike icari ciwe hejuru cane,ngo ntashikirwe n’ivyago.
21 Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+. Ntukipfuze inzu yiwe, itongo ryiwe, umushumba wiwe w’umugabo canke w’umugore, impfizi yiwe, indogobwa yiwe canke ikintu ico ari co cose ca mugenzawe+.”
9 Aragowe uwuronderera umuryango* wiwe inyungu mbi,kugira yarike icari ciwe hejuru cane,ngo ntashikirwe n’ivyago.