ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 22:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Nuko umwami arapfa bamujana i Samariya, bamuhambayo. 38 Igihe bariko bogereza umukogote w’intambara ku kidengeri c’i Samariya, imbwa zirigata amaraso yiwe, kandi abamaraya bariko barahogera*. Vyabaye nk’uko Yehova yari yarabivuze+.

  • 2 Abami 9:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Yehu aca abwira igisongerezi ciwe citwa Bidikari ati: «Muterure umuterere mw’itongo rya Naboti w’i Yezireli+. Uribuka ko twe nawe twari dutwaye imikogote* inyuma ya se Ahabu igihe Yehova yamucira urubanza+. Yavuze ati: 26 “Jewe Yehova mvuze nti: ‘Ejo narabonye amaraso ya Naboti+ n’ay’abahungu biwe. Nawe umenye ko muri iri tongo ari ho nzokwishurira+ ikibi wakoze’, ni ko jewe Yehova mvuze.” Muterure rero umuterere muri iryo tongo nk’uko Yehova yabivuze+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika