1 Samweli 22:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko Abiyatari+ umuhungu wa Ahimeleki mwene Ahitubu arabacika maze arahunga akurikira Dawidi. 1 Abami 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Adoniya avugana na Yowabu mwene Zeruwiya be n’umuherezi Abiyatari+, bemera kumufasha no kumushigikira+.
7 Maze Adoniya avugana na Yowabu mwene Zeruwiya be n’umuherezi Abiyatari+, bemera kumufasha no kumushigikira+.