2 Abami 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nayo Yezebeli, imbwa zizomurira mw’itongo ry’i Yezireli+, kandi nta wuzomuhamba.”» Aca yugurura umuryango, arahunga+. 2 Abami 9:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Bagiye kumuhamba, bahasanga gusa agahanga n’ibirenge n’ibiganza+.
10 Nayo Yezebeli, imbwa zizomurira mw’itongo ry’i Yezireli+, kandi nta wuzomuhamba.”» Aca yugurura umuryango, arahunga+.