ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira.

  • 2 Ngoma 22:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ahaziya yari afise imyaka 22 igihe yatangura kuganza, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Ataliya+, akaba yari umwuzukuru* wa Omuri+.

      3 Na we nyene yakurikiye akarorero kabi k’abo mu muryango wa Ahabu+, kuko nyina yamuhanura gukora ivy’ububisha.

  • Ivyahishuwe 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ariko hariho ikintu ndakunegura: urarekerana urya mugore Yezebeli+ yiyita umuhanuzikazi, akigisha akongera akazimiza abashumba banje kugira bakore ubusambanyi*+ bongere barye ivyashikaniwe ibigirwamana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika