1 Samweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ehe raba, mu misi iri mbere wewe n’umuryango wa sokuruza wawe nzobaka inkomezi* kugira ngo ntihazogire umuntu wo mu muryango wawe ashikira imyaka y’ubusaza+. 1 Samweli 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuri uwo musi nzokorera Eli n’umuryango* wiwe ivyo navuze vyose ku biberekeye, kuva ku ca mbere gushika ku ca nyuma+.
31 Ehe raba, mu misi iri mbere wewe n’umuryango wa sokuruza wawe nzobaka inkomezi* kugira ngo ntihazogire umuntu wo mu muryango wawe ashikira imyaka y’ubusaza+.
12 Kuri uwo musi nzokorera Eli n’umuryango* wiwe ivyo navuze vyose ku biberekeye, kuva ku ca mbere gushika ku ca nyuma+.