1 Ngoma 21:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Mugabo rya hema ryeranda rya Yehova Musa yari yarubatse mu bugaragwa na ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa, ico gihe vyari bikiri mu kibanza co gusengeramwo* c’i Gibeyoni+.
29 Mugabo rya hema ryeranda rya Yehova Musa yari yarubatse mu bugaragwa na ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa, ico gihe vyari bikiri mu kibanza co gusengeramwo* c’i Gibeyoni+.