2 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’Imana y’ukuri ikaba mw’ihema+.» 2 Samweli 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova arungika rero Natani+ kwa Dawidi. Ahashitse+ amubwira ati: «Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri. Umwe yari umutunzi uwundi yari umukene.
2 abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’Imana y’ukuri ikaba mw’ihema+.»
12 Yehova arungika rero Natani+ kwa Dawidi. Ahashitse+ amubwira ati: «Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri. Umwe yari umutunzi uwundi yari umukene.