2 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yowabu aca avuga ati: «Mbisa, urabona uyu mwanya wose untesheje!» Aca afata uducumu* dutatu atuzibura Abusalomu mu mutima. Yari akiri muzima, yenena muri ca giti kinini.
14 Yowabu aca avuga ati: «Mbisa, urabona uyu mwanya wose untesheje!» Aca afata uducumu* dutatu atuzibura Abusalomu mu mutima. Yari akiri muzima, yenena muri ca giti kinini.