-
2 Samweli 3:26, 27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Yowabu aca ava imbere ya Dawidi, maze arungika intumwa ngo zikurikire Abuneri, ziraheza zimugarurira kw’itangi y’i Sira. Ariko Dawidi nta vyo yari azi. 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya mw’irembo kugira bavugane. Ariko aca amuzibura inkota mu nda arapfa+ kubera ko yishe mwenewabo* Asaheli+.
-