2 Samweli 20:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nayo Amasa, ntiyicura inkota Yowabu yari afise mu minwe. Yowabu aca ayimuzibura mu nda+, amara yiwe aseseka hasi. Mu kumwica ntiyarinze kumuzibura kabiri, yagize rimwe gusa. Yowabu na mwenewabo Abishayi babandanya guhiga Sheba mwene Bikiri.
10 Nayo Amasa, ntiyicura inkota Yowabu yari afise mu minwe. Yowabu aca ayimuzibura mu nda+, amara yiwe aseseka hasi. Mu kumwica ntiyarinze kumuzibura kabiri, yagize rimwe gusa. Yowabu na mwenewabo Abishayi babandanya guhiga Sheba mwene Bikiri.