2 Samweli 17:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Amasa+ ni we Abusalomu yagize umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu+. Se wa Amasa yari Umwisirayeli yitwa Itira, nyina akaba Abigayili+ mwene Nahashi. Abigayili yari mwenewabo na Zeruwiya, nyina wa Yowabu.
25 Amasa+ ni we Abusalomu yagize umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu+. Se wa Amasa yari Umwisirayeli yitwa Itira, nyina akaba Abigayili+ mwene Nahashi. Abigayili yari mwenewabo na Zeruwiya, nyina wa Yowabu.