-
1 Ngoma 11:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Ivyo ni vyo Benaya mwene Yehoyada yakoze. Yari azwi cane nka ba barwanyi b’intwari batatu ba Dawidi.