1 Samweli 2:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nzoca ngena umuherezi w’umwizigirwa+. Azokora ivyo umutima wanje ugomba*, kandi abamukomokako bazoba abaherezi ibihe vyose*. Azokwama ari umuherezi* w’uwo narobanuje amavuta. 1 Ngoma 6:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Abakomoka kuri Aroni+ bari aba: Aroni yavyaye Eleyazari+, Eleyazari avyara Finehasi, Finehasi avyara Abishuwa, 1 Ngoma 6:53 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 Ahitubu avyara Sadoki+, Sadoki avyara Ahimasi. 1 Ngoma 12:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 hamwe na Sadoki+, umusore w’intwari kandi arinda be n’abakuru 22 bo mu muryango wa ba sekuruza biwe. 1 Ngoma 16:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Maze Dawidi asiga Asafu+ na benewabo ng’aho imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova ngo babandanye gukorera imbere y’iyo sandugu+, nk’uko bisanzwe bigirwa buri musi+. 1 Ngoma 16:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Umuherezi Sadoki+ n’abaherezi bagenziwe na bo yabasize imbere y’ihema ryeranda rya Yehova ryari mu kibanza co gusengeramwo* cari i Gibeyoni+, 1 Ngoma 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Dawidi ari kumwe na Sadoki+ akomoka kuri Eleyazari be na Ahimeleki akomoka kuri Itamari, ni bo bashize mu migwi abakomoka kuri Aroni bisunze ibikorwa bokoze.
35 Nzoca ngena umuherezi w’umwizigirwa+. Azokora ivyo umutima wanje ugomba*, kandi abamukomokako bazoba abaherezi ibihe vyose*. Azokwama ari umuherezi* w’uwo narobanuje amavuta.
50 Abakomoka kuri Aroni+ bari aba: Aroni yavyaye Eleyazari+, Eleyazari avyara Finehasi, Finehasi avyara Abishuwa,
28 hamwe na Sadoki+, umusore w’intwari kandi arinda be n’abakuru 22 bo mu muryango wa ba sekuruza biwe.
37 Maze Dawidi asiga Asafu+ na benewabo ng’aho imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova ngo babandanye gukorera imbere y’iyo sandugu+, nk’uko bisanzwe bigirwa buri musi+.
39 Umuherezi Sadoki+ n’abaherezi bagenziwe na bo yabasize imbere y’ihema ryeranda rya Yehova ryari mu kibanza co gusengeramwo* cari i Gibeyoni+,
3 Dawidi ari kumwe na Sadoki+ akomoka kuri Eleyazari be na Ahimeleki akomoka kuri Itamari, ni bo bashize mu migwi abakomoka kuri Aroni bisunze ibikorwa bokoze.