ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:23, 24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ijuru ryo hejuru yanyu rizomera nk’umujumpu, isi iri munsi yanyu na yo imere nk’icuma+. 24 Yehova azotuma mu gihugu canyu hagwa intumo n’umukungugu mu gishingo c’imvura, gushika muherengeteye mwese.

  • 2 Abami 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Elisha yari yarabwiye wa mugore yazurira* umwana w’umuhungu+ ati: «Haguruka wewe n’urugo rwawe mugende, murabe igihugu muja kubamwo, kuko Yehova yavuze ko muri iki gihugu hagiye kuba inzara+ y’imyaka indwi.»

  • Ezekiyeli 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 «Mwana w’umuntu, igihugu nicancumurako kigahemuka, nzoramvura ukuboko ndakirwanye, nzimanganye ibifungurwa* biri muri co+. Nzogiteza inzara+, ndandure muri co abantu n’ibitungwa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika