1 Abami 16:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ahabu mwene Omuri yabaye umwami wa Isirayeli mu mwaka ugira 38 Asa umwami w’Ubuyuda aganza. Ahabu mwene Omuri yamaze imyaka 22 aganza Isirayeli ari i Samariya+.
29 Ahabu mwene Omuri yabaye umwami wa Isirayeli mu mwaka ugira 38 Asa umwami w’Ubuyuda aganza. Ahabu mwene Omuri yamaze imyaka 22 aganza Isirayeli ari i Samariya+.