Imigani 25:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nimba umwansi wawe ashonje, numuhe ico arya.Nimba anyotewe, numuhe amazi yo kunywa+, Abaroma 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko «nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire. Nimba anyotewe, muhe ico anywa, kuko niwabigira uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe*+.»
21 Nimba umwansi wawe ashonje, numuhe ico arya.Nimba anyotewe, numuhe amazi yo kunywa+, Abaroma 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko «nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire. Nimba anyotewe, muhe ico anywa, kuko niwabigira uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe*+.»
20 Ariko «nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire. Nimba anyotewe, muhe ico anywa, kuko niwabigira uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe*+.»