-
Itanguriro 37:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Mu nyuma Rubeni agaruka kuri ca cobo c’amazi, asanga Yozefu nta wuriyo. Aca yitaburirako impuzu ziwe.
-
-
1 Abami 21:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, aca yitaburirako impuzu yambaye maze yambara igunira. Arisonzesha, aguma aryama yambaye igunira kandi akagenda yijiriwe.
-