-
1 Abami 21:20, 21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ahabu abwira Eliya ati: «Urambonye ga wa mwansi wanje+ we?» Na we ati: «Ndakubonye. Imana yavuze iti: “Kubera ko wiyemeje gukora* ivyo jewe Yehova mbona ko ari bibi+, 21 ngira nkuzaneko ivyago. Nzogukubura ndaguherengeteze. Nzozimanganya muri Isirayeli ab’igitsina-gabo bose*+ bakomoka kuri Ahabu, nzimanganye na nyarucari n’uwutagira gitabara+.
-