-
1 Abami 16:11, 12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Zimuri akimara kuba umwami akicara ku ntebe y’ubwami, yica abo mu muryango wa Bayasha bose. Nta muntu n’umwe w’igitsina-gabo* yamusigarije, haba mu b’iwabo* canke mu bagenzi biwe. 12 Zimuri azimanganya rero umuryango wose wa Bayasha, nk’uko Yehova yari yabivuze mu rubanza yaciriye Bayasha biciye ku muhanuzi Yehu+.
-