2 Abami 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehu aca arahaguruka yinjira mu nzu. Uwo musuku aca amusuka amavuta ku mutwe amubwira ati: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Jewe Yehova ndakurobanuje amavuta ngo ube umwami w’abantu banje b’Abisirayeli+.
6 Yehu aca arahaguruka yinjira mu nzu. Uwo musuku aca amusuka amavuta ku mutwe amubwira ati: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Jewe Yehova ndakurobanuje amavuta ngo ube umwami w’abantu banje b’Abisirayeli+.