2 Ngoma 22:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehoramu aca asubira i Yezireli+ kurwarirayo, kubera ko bari bamukomerekeje igihe yari i Ramoti* kurwana na Hazayeli umwami wa Siriya+. Nayo Ahaziya* mwene Yehoramu+ umwami w’Ubuyuda aja i Yezireli gusuhuza Yehoramu+ mwene Ahabu, kuko yari arwaye*+.
6 Yehoramu aca asubira i Yezireli+ kurwarirayo, kubera ko bari bamukomerekeje igihe yari i Ramoti* kurwana na Hazayeli umwami wa Siriya+. Nayo Ahaziya* mwene Yehoramu+ umwami w’Ubuyuda aja i Yezireli gusuhuza Yehoramu+ mwene Ahabu, kuko yari arwaye*+.