ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira.

  • 1 Abami 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Igihe Yezebeli+ yica abahanuzi ba Yehova, Obadiya yafashe abahanuzi 100 abanyegeza mu masenga mu migwi y’abantu 50, akaza arabaronsa umukate n’amazi.)

  • 1 Abami 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Yezebeli aca arungika intumwa kuri Eliya ati: «Ejo nk’aya mango nintakugira nk’uko wagize umwe wese* muri abo bahanuzi, imana zizobimpanire bimwe bikomeye!»

  • 1 Abami 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Umugore wiwe Yezebeli aca amubwira ati: «None si wewe uganza Isirayeli? Vyuka urye ntusubire kubabara. Umurima w’imizabibu wa Naboti w’i Yezireli jewe nzowuguha+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika