ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Inyuma y’ivyo, Kayini abwira mwenewabo Abeli ati: «Tujane mu gahinga.» Nuko bamaze gushikayo, Kayini asimbira kuri mwenewabo Abeli aramwica+.

  • Itanguriro 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Aca amubwira ati: «Wakoze ibiki? Umve! Amaraso ya mwenewanyu ariko arasemerera antakambira iyo ari mw’ivu+.

  • Zaburi 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Azokwibuka abahahazwa, kandi azohora amaraso yabo+.

      Ntazokwibagira ugutabaza kwabo+.

  • Zaburi 72:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Azobakiza agahahazo n’ibintu vy’ububisha,

      kandi amaraso yabo azoba ay’agaciro kuri we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika