1 Abami 21:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Uwo mu muryango wa Ahabu wese azopfira mu gisagara, imbwa zizomurya. Uwuzopfira mu gahinga na we, ibinyoni vyo mu kirere bizomurya+.
24 Uwo mu muryango wa Ahabu wese azopfira mu gisagara, imbwa zizomurya. Uwuzopfira mu gahinga na we, ibinyoni vyo mu kirere bizomurya+.