1 Abami 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Inyuma y’ivyo, hari ikintu cabaye ku bijanye n’umurima w’imizabibu wa Naboti w’i Yezireli. Uwo murima wari i Yezireli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami w’i Samariya.
21 Inyuma y’ivyo, hari ikintu cabaye ku bijanye n’umurima w’imizabibu wa Naboti w’i Yezireli. Uwo murima wari i Yezireli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami w’i Samariya.