1 Abami 16:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira.
31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira.